Universal Gospel MTC (More Than Conquerors) – ZoĆ©

MTC (More Than Conquerors) – ZoĆ©

ZoƩ Mp3 Download Audio by

The renowned Global ChristianĀ music team of praisers and worshippers , comes through with a song called “ZoĆ©“, and was released in 2024. This amazing and inspiring track is a must listen for any music lover. With its message and captivating melody, “ZoĆ©” is an addition to any playlist. Whether you want to download the mp3 watch the video or sing along with the lyrics, “ZoĆ©” is undeniably a song that will deeply touch the hearts of everyone who encounters it.

Artist Name:
Mp3 Song Title:ZoƩ
Year of release:2024

Get the MP3 audio for free, download, stream, and share this amazing song with your friends and family. When you share it, you're spreading the goodness and joy of the song. #CeeNaija

DOWNLOAD HERE

Download More MTC Songs Here

ZoƩ Lyrics by MTC (More Than Conquerors)

Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba
Ntandekura from January to December

1.Ivyo benshi birukira
S'ibibatuma bakira
Biroroshe cane no kuzimira
Gushika wemeye ko Yesu Aba ariwe Akumurikira Akaguha ubuzima

Koko ubuzima bwawe
Imana Ubwayo Niyo nyene ari Inkomoko yabwo kuko vyose bikwerekeye ntivyoba amahoro uri kure y'isƓko
Bisaba kwamizako
Imisi yose ukama urivomako
Kuberako Abarinyoyeko birazwi ko
Bama batotahaye bari kw'isƓko ariryo kristo

Pre-chorus

Simfise ubwoba bw'ico noba je
Ndi kw'isƓko ry'ubuzima
Sinokwiganyira ndatuje nguwe neza

Rfr/

Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba
Ntandekura from January to December

Niwe mfise Niwe ndirimbo ndirimba
N'uwuzira guhemuka
Kristo Niwe SĆ“ko
Ry'ubuzima ZoƩ zoƩ
Iryo sƓko ntirikama
ZoƩ zoƩ
Ritembamwo ubuzima

Niwe sƓko ridakama
Riduduzamwo ubuzima ntirikama
SĆ“ko ridakama
Ni Kristo *2

Abbah sƓko Rya vyose
Ndahiriwe cane ko namuronse
Abbah sƓko Rya vyose
Ritembamwo ubuzima bw'Imana zoƩ
Muze abarushe n'abaremerewe mumunyweko mubone gushira inyota
Abahe ubuzima bunengesereye buri hejuru cane y'ivyo murota

Kristo Niwe sƓko ivy'ubuzima bivomwako
Niwe sƓko vyose bikoraniyeko
Ibikorwa ukora ntawobishobora Niwe yama afise ic'Amarira abamwizera uri kibasumba usumba amasƓko yandi ntanahandi hava ivy'ubuzima atari iwawe

Niwe Niwe Niwe
Kristo niwe sƓko ry'ubuzima *2
ZoƩ zoƩ iryo sƓko ntirikama
ZoƩ zoƩ Ritembamwo ubuzima

Rfr/

Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba
Ntandekura from January to December

Niwe mfise Niwe ndirimbo ndirimba
N'uwuzira guhemuka
Kristo Niwe SĆ“ko
Ry'ubuzima ZoƩ zoƩ
Iryo sƓko ntirikama
ZoƩ zoƩ
Ritembamwo ubuzima

Niwe sƓko ridakama
Riduduzamwo ubuzima ntirikama
SĆ“ko ridakama
Ni Kristo *2

Comment below with your feedback and thoughts on this post.