Download Jehovah Mp3 by MTC (More Than Conquerors)
Lyrics: Jehovah by MTC (More Than Conquerors)
Intro
Jehovah ×5
- Kuva na kera
Yamye ishigikira ic’Ivuga
Abayizera
Ntaciza bakena
Yitwa umuremyi Iyo Yuguruye ntawugara
Yitwa umuremyi Iyo Yugaye ntawugurura
Yitwa umuremyi Iyo Yugaye Ntawugurura n’Imana
Pre-chorus
Faithful God
Oooh God
Ntunanirwa muvy’Uvuga
Faithful God
Oooh God
Ur’Umwizigirwa
Rfr/
Yuguruye
Ntacotangira×2
Ntacobuza ic’Avuze gushika
Iy’Avuze Ntacozibira
Aricira inzira
N’umwizigirwa
(We yitwa)
Jehovah×4
(El shaddaï the God Almighty)
Jehovah×4
(Ntananirwa muvy’Avuga)
Jehovah
Jehovah
Jahovah×4
- Ic’Avuze nticigera kinanirwa
N’uwudahangarwa
Ntananirwa
Ntazibirwa
Ntagira ic’akangwa Naco
The God who works in the supernatural
Asezeranye Arashitsa
N’inyuma y’imyaka igihumbi tegereza umva
Isezerano ryiwe ntabwo ryigera ripfa
Kuko Ararikomeza kugeza urishitseko Ararikomeza (komeza)
Azogukomeza wewe gushika kw’iherezo
Igikorwa ciwe n’agahore n’inkinzo
Non ntabigeragezo
Vyobuza gushika ic’avuga aragikomeza
N’ivyohaguruka
Kugihagarika
Vyotsindwa kuko n’Imana Idahindagurika
Ubwizigirwa n’ico Iri
Yuzuye Ubuntu n’ukuri
Ic’Avuze cose ningombwa Agishitse uko Kiri
Pre- chorus
Faithful God
Oooh God
Ntunanirwa muvy’Uvuga
Faithful God
Oooh God
Ur’Umwizigirwa
Rfr/
Yuguruye
Ntacotangira×2
Ntacobuza ic’Avuze gushika
Iy’Avuze Ntacozibira
Aricira inzira
N’umwizigirwa
(We yitwa)
Jehovah×4
(El shaddaï the God Almighty)
Jehovah×4
(Ntananirwa muvy’Avuga