Home Universal Gospel

More Than Conquerors (MTC) – Umuvyeyi

Download Umuvyeyi Mp3 by More Than Conquerors (MTC)

Here’s an amazing song and music lyrics from the dynamic gospel music group, “More Than Conquerors (MTC)“. It’s a song titled “Umuvyeyi“, and was released in 2024. This beautiful song, accompanied by a stunning music video, audio, and lyrics, is sure to captivate listeners of all ages. Don’t miss out on this beautiful musical experience.

Get MP3 audio, Download, Stream, and Share this powerful song with your friends and family, and let the blessings overflow! By sharing it with your loved ones, you’re spreading the goodness and joy that this song brings. #CeeNaija

DOWNLOAD HERE

Download More MORE THAN CONQUERORS (MTC) Songs Here

Listen on your favorite platform

Lyrics: Umuvyeyi by More Than Conquerors (MTC)

Mfise umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza

Umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza aaa

He doesn’t get tired tired oooh (ร—2)

Ntabwo Aruha ukugiraneza Yamizako)

1.Naramwizeye ncika umwana murugo
Ninjizwa iwiwe mb’umwe muwiwe muryango
Ubu Imana ni Papa
Nkaba umwana
Iyo nsenze Arumva Yishura ibirenze ivyo nsaba niyumvira n’umuvyeyi mwiza

Je suis le brรฉbis รฉgarรฉ ,retrouvรฉ qui t’as causรฉ plus de joie
Tired tired est lโ€™รฉtat que tu ne connait pas
Celui qui sonde mes cris
Ma voix dans mes larmes
T’es ma route dans les Airs
Et l’eau dans le dรฉsert
Kubitugu vyawe niho nduhukira
Mubwatsi butotahaye ukahandongorera
Et l’inconditionnel ,ton language d’amour

Mfise umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza

Umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza aaa

He doesn’t get tired tired oooh (ร—2)

Ntabwo Aruha ukugiraneza Yamizako)

Yambereye Imana nya Mana (Ego)
Ntaco nomuburana (Ego)
Ntabwo Aruha ukugira neza yamizako

Yambereye intsinzi mu ntambara (ego)
Umuco mumwiza (ego)
Ntabwo Aruha ukugira neza yamizako

2.
Lord ur’umuvyeyi mwiza
Wawundi wisaba ifi hama ntaguhe inzoka (ego)
Niwewe ur’ Imana Nzima
Yayindi imbere yayo vyose bishoboka
Eka je burya ntakinyita umushumba Anyita umwana wayo kandi nyene Akunda (cane cane)
Ntanikindi conkanga atari kuba imbere ndabikunda

Naramwizeye
ncika umwana murugo
Ninjizwa iwiwe mb’umwe
Muwiwe muryango.

๐ŸŽต Are you a gospel artist? Get your song featured on CeeNaijaReach millions of gospel music lovers

Promote

Yambereye Imana nya Mana (Ego)
Ntaco nomuburana (Ego)
Ntabwo Aruha ukugira neza yamizako

๐Ÿ”’ All songs and media on this page are shared for gospel promotion purposes only. All rights belong to the respective artists and labels. If you are the rights holder and wish content removed, please read our DMCA & Copyright Policy or submit a takedown request here.

Comment below with your feedback and thoughts on this post.