Universal Gospel Aniella Amaryllis – Urabereye

Aniella Amaryllis – Urabereye

Download Urabereye Mp3 Audio by

Here's an amazing song and music lyrics from the talented musician and renowned African gospel vocalist, ““. It's a song titled “Urabereye“, and was released in 2024. This beautiful song, accompanied by a stunning music video, audio, and lyrics, is sure to captivate listeners of all ages. Don't miss out on this beautiful musical experience.

Get MP3 audio, Download, Stream, and Share this powerful song with your friends and family, and let the blessings overflow! By sharing it with your loved ones, you're spreading the goodness and joy that this song brings. #CeeNaija

DOWNLOAD HERE

Lyrics: Urabereye by

Isi yose yari mumwijima
Amajuru nayo mugacerere
Maze ivyaremwe birindiranye
Amatsiko menshi yo kubona umucunguzi

You May Also Like: 👇🏽

Maze umwagazi w'Imana nzima
Intare yo mumuryango wa yuda
Aca bugufi nkuko vyanditswe
Arahaguruka yugurura ca gitabo

Maze ijuru n'isi biraturikisha
Mundirimbo nsha
N'impundu z'amashimwe
Biti
Urabereye
Urabereye
Mwagazi w'Imana
Urabereye
Urabereye
Mwagazi w'Imana

Natwe mwisi yose twifatinije
Nabo mwijuru ngo dutazire
Uwo mwagazi w'Imana nzima
(yanesheje)
Yanesheje urupfu
(yanesheje)
Azukana intsinzi yose
Yafashe mpiri abansi bacu bose
Abatetereza ku mugaragaro

Arabereye
Ooh ooh ohh
Arabereye
(arabereye)
(arabereye)
Umwagazi w'Imana
(mwagazi w'Imana)
Arabereye
Umwagazi w'Imana

Comment below with your feedback and thoughts on this post.