Download Imigambi Mp3 by Redemption Voice Ft. Victorious Team
DOWNLOAD MORE REDEMPTION VOICE SONGS HERE
You May Like These Too ๐ฅ
Lyrics: Imigambi by Redemption Voice
Verse1:
Muminsi mibi
Nari nihevye
Abansi bankikuje
Ivyanje vyari biheze
Maze uramfata
Unyongerโinkomezi
Mugishingo cโurupfu
Unyongera ubuzima
Chorus/
Ehโimigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Verse2:
Yaranyamanye yara yaranyamanye Enh
( isi nโijuru bitarabaho)
Yaranyamanye yara Yaranyamanye oh
( yaramporanye muvyiyumviro)
Iminsi yanje yanditswe mugitabo cโuhoraho yashinzwe hatarabaho nโumwe ntawobikuraho
Vyiyumviro kuri je nโamahoro haba namba sivyโivyago
Sotilia sotilia
ubu ndโubutunzi
Sotilia sotilia
ubu mfis instinzi
Ntacaturiwe kungwanya kizogira ico kingira
kanatsinda nakanwa kampagurukiye ndazi neza ko kaca kugarwa
Je ndasangangura je ndakomvomvora maze nkubaka kandi nkateragira
Bridge:
Ibiriho nibizoza
Urunganwe kurundi
Ntacobihindura
Ibiriho nibizoza
Urunganwe kurundi
Ntakibasha kubihindura
Ico yavuze kirashika
Chorus:
Ehโimigambi imfitiye
Imigambi imana imfitiye
Ntanakimwe coyitsinda
Ntanakimwe coyisambura
Mbega uwoturwanya Ni nde?
Nimba uri kuruhande rwacu?
Mbega uwoturwanya Ni nde?
๐ต Are you a gospel artist? Get your song featured on CeeNaijaReach millions of gospel music lovers
PromoteNimba uri kuruhande rwacu?
๐ All songs and media on this page are shared for gospel promotion purposes only. All rights belong to the respective artists and labels. If you are the rights holder and wish content removed, please read our DMCA & Copyright Policy or submit a takedown request here.